COMMUNIQUE DU COMITE DE PILOTAGE TRIPARTITE (CPT) EN CHARGE DES CONSULTATIONS NATIONALES SUR LA MISE EN PLACE DES MECANISMES DE JUSTICE DE TRANSITION AU BURUNDI (...)En savoir plus
Ku nama co ku wa 07 ruhuhuma 2010
Kino kiganiro cerekeye amatora aho Jérôme Niyonzima n’abatumire baganira ku vyerekeye ivyo ukwongera mu nama nshingamateka abatatowe arivyo cooptation mu rurimi rw’igifaransa.
Ugurura (...)
Karadiridimba co ku wa 07 ruhuhuma 2010
Abarundi baba mu mahanga ya kure baronka akaryo ko kugira ico bashikirije ku vyerekeye ubuzima bw’igihugu.
Ugurura :
Barushe nguhere co ku wa 06 ruhuhuma 2010
Muri kino kiganiro, Balen Havyarimana na Ernest Pablo Baryuwabo babashikana muri komine Kigamba iri mu ntara ya Cankuzo.
Ugurura :
Mwangaza cha tarehe 06 Februari
Kipindi hiki ilikuwa nafasi ya washiriki kufanya tathmini ya maandalizi ya uchaguzi unaotegemea kuanza hapo mwezi Mei mwaka huu wa 2010. Maandalizi hayo yalianzia katika ugawaji wa vitambulisho (...)
Amatora mu Burundi co ku wa 07 ruhuhuma 2010
Kino kiganiro gishimikira ku bubasha n’uburenganzira bw’umutegetsi canke urwego mu gihe yoba yitoza mu matora akurikira asanzwe ajejwe amabanga y’igihugu.
Ugurura (...)
Kebuka wibaze co ku wa 04 ruhuhuma 2010
Kino kiganiro cerekeye ingene igikorwa co kwandika abanyagihugu kugira bazokwitabe amatora yo muri uno mwaka wa 2010 kiriko kiragenda.
Ugurura :
Jirani ni ndugu cha tarehe 04 Februari 2010
Ni mchezo wa kuigiza uliotungwa na Centre Lokole kwa ufadhili wa Search For Common Ground, Jamhuri ya kidemokrasi ya Kongo.
Fungua :
Murikira ukuri co ku wa 03 ruhuhuma 2010
Umviriza igikino murikira ukiri cerekeye indyane ziri hagati y’abarengero n’abaseruko kikaba gitegurwa na La Benevolencija ikorera mu Burundi.
Ugurura :