Isanganiro ry’imiryango, 05 Nyakanga 2016


Ubushikiranganji bw’intaro yo hagati buherutse gusohora itegeko nshikiranganji nimero 530/1216/CAB/2016 ryo kuwa 23 Myandagaro uno mwaka ko itongo ry’abapfuye ry’I NYABARANDA muri zone kanyosha, Komine Muha muri Bujumbura Mairie ryimuwe. Bega kubera iki iyo ngigo, ubwo abahafitiye ababo bahahambwe ntaco vyoshobora guhindura mu mibereho yabo ? Kurikira ikiganiro ISANGANIRO RY’IMIRYANGO co kwa 5 Nyakanga 2016. Abatumire ni Therence Ntahiraja, umwunganirzi w’umushikiranganji w’intwaro yo hagati na Célestin Ndikumana yanonosoye ibijanye n’inyifato n’imigenzo vy’abantu.



Par: Isanganiro , mardi 6 septembre 2016  à 07 : 29 : 39