Kebuka wibaze, 22 Nyakanga 2016


Inyuma y’amakuba yagiye ashikira Uburundi, agahitana abantu batari bake ; hari abahambwa ikivunga mu binogo rusangi Fosses communes mu gifaransa. Mbega vyoba bizwi, umurwi ujejwe kumenya ukuri no kurekuriranira CVR utegekanya gute kumenya no gukorera kuri ivyo binogo ? Abo mu mashirahamwe y’ababuze ababo muri ivyo biza bo babivugako iki ? Kurikirana iki kiganiro Kebuka Wibaze co ku wa 22.9.19



Par: Isanganiro , vendredi 23 septembre 2016  à 07 : 26 : 39