Inyuma y’imyaka 55 iheze uwiguze intahe yo...


Inyuma y’imyaka 55 iheze uwiguze intahe yo kwikukira kw’Uburundi umuganwa Rwagasore Louis agandaguwe ; ubutwari bwiwe buracafise ico bwomarira abarundi ? Mbega abari mu migambwe, mu mashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politique be n’abamuzi baha ikibanza iikihe ubwo butwari bwiwe ? Kurikirana ikiganiro Kebuka wibaze co kuwa 13 Gitugutu 2016



Par: Isanganiro , vendredi 14 octobre 2016  à 08 : 39 : 37