Duce akenge runtu, 22 Gitugutu 2016


Inyuma y’ukwezi umwaka w’ishure w’2016 ushira 2017 utanguye, ivyigwa birabandanya. Mu amashure amwe amwe twagendeye yo mu ntara zitandukanye nka Muyinga, Cibitoke na Bujumbura, muraza kwumva ingene inyigisho ziriko ziratangwa, utugorane tuza turibonekeza, nk’ubukene bw’abigisha, ubukene bw’ibitabo abanyeshure bigiramwo, eka n’inyubakwa hamwe hamwe zidakwiye, aho turavuga na cane cane mu gice ca kabiri c’ishure shingiro. Nayo mu bushikiranganji bw’ indero butumenyesha ko batararonka icegeranyo c’ukugene amashure yifashe.



Par: Isanganiro , samedi 22 octobre 2016  à 16 : 15 : 41