Tahura utahuze abandi, 29 Ntwarante 2017


Ikiganiro tahura utahuze abandi kibayagira ibijanye n’ibidukikije tugiye kubayagira ibijanye n’imvura irimwo imiyaga imaze imisi igwa mu ntara zitandukanye z’igihugu, na cane cane mu gisagara ca bujumbura aho iyo mvura yateye imyuzurira bituma amazu abomoka abanyagihugu batateshwa izabo, aho ni muri zone Buterere n’ahandi . Uwujejwe ikigo IGEBU kiraba ivy’imvura n’imiyaga asigura ko iyo mvura ituruka ku hindagurika ry’ibirere bikava ku miyaga yahinduye uko yahora igenda.



Par: Isanganiro , jeudi 30 mars 2017  à 12 : 55 : 58