Tunga utunganirwe Burundi, 30 Ntwarante 2017


Ikiganiro Tunga utunganirwe Burundi c’uno musi, kituyagira akamaro ko gukorera hamwe mw’ishirahamwe ry’ubwoko bwa cooperative, aho abakenyezi bo muri zone Gatumba komine Mutimbuzi, intara ya Bujumbura, bakora urudandazwa ruto njabukambibe bagiye hamwe bashinga cooperative kugira biteze imbere. Didier Niyonzima akaba ariwe yakibateguriye.



Par: Isanganiro , samedi 1er avril 2017  à 14 : 06 : 27