Kunama, 2 Kigarama 2018




Par: Isanganiro , lundi 3 décembre 2018  à 09 : 55 : 43
a



Twitter cet article// Partagez cet article sur Facebook

353 ont visité l'article



Votre réaction sur l'article/émission/brève..

Par Bizoza   ce  lundi 3 décembre 2018   à 12 : 24 : 43

Intwaro za cami simbi Tasiano we !Wewe ushira amashuri imbere ngo abize ntibokwemera ubwami !Ubwo ni ubwishime !Abarundi nimwe mwize amashuri menshi gusumvya abongereza(UK),gusumvya abo muri Danemark,m’Ububiligi,Australie,Canada,Finland,Norvege,Monaco,Espanye,.., ???!!!Bafise abami kandi nivyo bihugu ntanga rugero mukwubahiriza Democratie no kwubahiriza agateka kazinamuntu nogusabikanya umutungo w’igihugu kubanyagihugu bose n’abanyarucari batabibagiye.Muratira agashambara muze muhatemberere kugira muhakure icirwa !Bafise abize kubarusha kure niyo,ariko ubwami barabwemera kandi bakabifatanya na DEMOCRATIE Y’UKURI(Umunyagihugu muto akumvirwa akanitabwaho atawandya wanguha ibayemwo).Tasiano,ibihugu vyo muri scandiavian bifise abize bafise ama doctorat muri kategori zose,ariko bafise abami,kandi nivyo bihugu vyambere kw’isi vyubahiriza Democratie n’agateka kazina muntu(abagore,abana,ibikoko,ibidukikije..),kandi biteye imbere kure niyo !



modération a priori

Ce forum est modéré a priori : votre contribution n’apparaîtra qu’après avoir été validée par un administrateur du site.

Qui êtes-vous ?
Votre message
  • Pour créer des paragraphes, laissez simplement des lignes vides.


Ecrire un message à l'auteur de cet article

Envoyer un message