Par ce mercredi 4 juillet 2012 à 17 : 32 : 34
Yaruhishijwe na exil none yasavye imbabazi CNDD kugira agaruke .Umuntu azi Pancrace ,ntiyahora agira agacerere nkako, c,est un homme qui aime le tapage surtout mediatique.
Qui veux toujours attirer l,attention sur sa petite personne.Niyaba rero ataco aravuga ,ntaco afise, il est rentre par la petite porte et il a honte apres le bruit qu ;il n,a cesse de faire a partir de Bruxelle.
Nabwire n’abandi baze ;
Par ce mercredi 4 juillet 2012 à 17 : 36 : 39
Je narababwiye abo ba DD nanakimwe cabananiye atario iciza gusa iyo ni nyakurization ibandanya. muzoba mumbwira ibimuzanye uwo mugabo.
Par bavuga ce mercredi 4 juillet 2012 à 17 : 48 : 43
Eje gukora muri documentation be na Habimana babanze babasafishe none politique d’autriche iraba canke prostitution muragabe mwirarire barabanyara
Par ce mercredi 4 juillet 2012 à 19 : 30 : 23
C’est normal d’avoir des hommes comme Pasteur Habimana,Miburo Emmanuel,Jacques Kenese,Minani Jean,la liste est longue,...
Et Pourquoi pas Pancrace Cimpaye ???
Par Eric Bapfamukanwa ce mercredi 4 juillet 2012 à 20 : 15 : 19
Ntaco mutera inkuru basha ! Ariko Pancrace Cimpaye yohava nyeeeeeeeeeene akishikana ! Heheeeeee !he ! Ariko yoba yiyerekanye ko yabaye "nzisabira". Oya jewe nibaza ko yagiye mu Burundi guhimbaza cinquantenaire. Gusa n’aho yogumayo ni ibisanzwe kuko aracafise amabanga yari asanzwe afise muri FRODEBU, hanyuma we ntiyagiye co kimwe na Rwasa, Nyangoma na Sinduhije, kuko abo mvuze ari nka hamwe gusa bokorokera mu minwe ya burya butegetsi bwa dd, hari ico bobona ! Cane cane nka Rwasa kuko wewe harya yabaciye mu myanya y’intoke niwe bari bakeneye. N’ubu umugambi uracari harya nyene !
Par Anaclet ce jeudi 5 juillet 2012 à 10 : 28 : 56
Aho yaraphukamanze arasaba imbabazi abonye ubuhungiro bwamubabanye, surtout la conjoncture financiere. Yarazi ko amashure yize azoshika amufasha mu bubiligi oubliant que beaucoup de pays occidentaux bemera les diplomes zo mu bihugu iwabo izindi ziba ziri sans valeur. So mener une vie miserable a l’etranger wobura uza kugwa aho wavukiye. Yari yavuze ngo Nkurunziza nahumure ngo en 2015 ngo nta butegetsi azoba akiriko amubwira ngo wait and see. None ubu ariko avuga ngo "I’m so sorry , please forgeve me".
Par Hicuburundi alidi ce jeudi 5 juillet 2012 à 13 : 31 : 41
Eeeeeeweeee pangrace,niwewe nziiiiii canke ???nukuri gushikubu ntacho novuga mbonye ingene uri ibujumbura.none kowahora ukora neza,warushe nukuvugukuri ugiye gukorana nabo babeshi nukuri inva yawe ndayibonye.udapfuye uzopfungwa nakare abobagabo barakuzi nabi.sinarinzi ko wohendwa na cndd fdd bigapfata none bakuronse,uzi ko tuzinanye uzombwira udapfuye naho kurijewe ndumiwe.ikimbabaza nuko wakorana nabandi none wabasize,bicha vyunvikana ko bagomba gusambura ukuri.none ko wahungutse vyose waharanira nabandi ko atanakimwe iyo reta ya cndd fdd irakora ? nukuri twee banyaruchari turagowe.tugiye kwichwa nabo twari tuziko baduserukira,naho mugiye ibikorwa mwasize bizobandanya kubera invuga kuri wasize zizokomeza urugamba wasize.umugabo nyamugabo kwama avugukuri,akama agwanira amahoro ahari hoseeeee.
Par Hicuburundi alidi ce jeudi 5 juillet 2012 à 14 : 37 : 09
agasozi kintahanugwa kahiye abagabo babona.
Par Weah Mzalendo ce jeudi 5 juillet 2012 à 18 : 22 : 41
Pancrasi nibaza ko vyamugoye ndavye urugamba yariko arakorera abarundi nawenyene bimuhesheje icubahiro ku basoma inzandiko ziwe.
Niba rero yisubiyeko akegera ubutegetsi canke akaba aribo bamutumyeko kugira ntagume abatyoza ari mu mahanga, nibaza ko azobandanya urugamba tumushigikiyemwo. Akaza ari umuryi nk’abo bamwakiriye twibaza ko nawenyene azoba ari nsumirinda nk’abandi bose Ariko bizonamugora kuko turazi neza ko akunda Igihugu kugira akorane n’abo bategetsi vyomogora mbere agahava asubira kugenda ubutakigaruka.
Niyemere akoreshwe nyagukoreshwa agendane idarapo abeshuza ivyo yanditse vyose naho ari ibinyakuri hanyuma ahekenyere mu matama ivy’ukuri yoshize imbere ntakundi.
Vyamugoye vy’umugabo.....
Par ce jeudi 5 juillet 2012 à 20 : 26 : 56
"IMPONGO ISUBIYE KUGUBUKA IBA IPFUYE"
Par NKURUNZIZA ce jeudi 5 juillet 2012 à 20 : 32 : 57
"IMPONGO ISUBIYE KUGUBUKA IBA IPFUYE."
Par Alidi Hicuburundi ce lundi 9 juillet 2012 à 16 : 11 : 48
Nukuri mzee panglace wamenjeeeee.gukorana nabo ba cndd fdd nukumenjaaaa,ujichunge nyabuna udapfuye uzopfungwa nka radjabu.
Par Alidi Hicuburundi ce mardi 10 juillet 2012 à 15 : 05 : 39
Eweeee Panglace,nukuri utarutwa na minani wewe yeretse yuko yikundira amaronko,none wewe ukuri koseeee wari ufise urakumize wugiye gukora nkaba mutabazi na minani,nukuri urambabaje ningene ndakuzi,harakantu ivyo wabavuze ko utazobihanagura,nukuri abobagabo bazokwereka tuuuu naho wahamagaye na president nkurunziza,ndazi ko hari ba mzee ndio nukuri kazi hipooooo.umejifunga kamba hawutafunguwa.
Par Issi COYISHAKIYE Jacques ce mardi 24 juillet 2012 à 16 : 57 : 26
Ego, ingingo, Mr. Pancrace yafashe yo gutaha, iteye amakenga cane cane turavye imishamirano iri hagati ya ADC-Ikibiri n’umugambwe CNDD-FDD iri kubutegetsi mu Burundi. Binongeye, ntawuyobewe uruhara Pancrace yabigize mwo. Kubona rero hari abarundi batabibona neza, aha bihimikije ya ntumbero ya nya politique de "nyakurisation". En quelque sorte, oui, mais je crois qu’il est temps de penser positivement kandi politique iri dynamique. Pancrace, même avant l’arrivée du CNDD-FDD, arazi abarundi n’ukuntu politique ikinwa. Ico bikoze, il fait partie du Parti Sahwanya-FRODEBU kand’abayigize ntibajegajega.
Kumva ko yatashe, ku bwanje ntibitangaje, biva ku masezerano yabaye hagati du pouvoir en place et le Parti Sahwanya-FRODEBU yashimye gukingira ses membres-ce qui est fantastique. Ibisigaye, Pancrace yabwirizwa guhitamwo
|