Par Kaguta ce mardi 31 juillet 2012 à 17 : 47 : 29
Uwushaka kukurya ntabura imboga agukoza, ubwo Kagame baratanguye kumurambirwa bashaka uwundi.None ivyo yamye akora vyose muri Congo ntibamye bamushigikiye, ubu rero barabonye ko ariko arakora bibi ?Noneho turazi ivyo bihugu bikize ko ata neza vyigera bironderera ibihugu bikenye atari ugutwara ubutunzi bwavyo. Ewe, Kagame mubanyi wacu, erega ntugire ngo Ghadafi hari icaha yari yarakoze yazize igitoro, abo bazungu ni ba ntakabur’imvo.Uraraba ivyo bagusaba ubahe ntiwihagarareko utahasiga amagara abanyarwanda bagashwiragira.Aha wibaza ko aya marira twamana ava hehe ? Niharambe Injustice yoyo ishikiwe n’ibikomangoma.
Par Vyuguruzumwangumwereka ce mardi 31 juillet 2012 à 19 : 22 : 07
Ubona haruwobagafashe witegereje ivyo kariko gakorera aba congolais biteranye isoni mugihe uba uzi ko urikiremwamuntu nk’abandi ahubwo ntaco ariko araba niyihangamire ariko igifise intango kigira niherezo.Nako ntikibaze ko ivyo kariko karakora ko atabakabona.Baragerageje kukarindira ngo kavyibuhe ariko kubera inzigo nikibi gakora vyaranse nikangare nkabandi.
Par ce mardi 31 juillet 2012 à 21 : 35 : 59
"Soutient" na "Soutien" biratandukanye.
Nta mahoro kuri Kagame, igihe yamaze avuruga Congo kirahagije. Uyu Kagame niwe ahungabanya umutekano mu karere k’ibiyaga binini. Kandi arongera akaja mu matwi abanyepolitiki kugira batwaze umukazo nka we.
Ntakabura umuti.
Nk’uku ubona amakungu aguhindutse, imigenderanire igahagarara, ni ko n’ubutegetsi bwawe buzohera kizaduka. Ibi rero bikwiriye kubera akarorero na reta ya CNDD-FDD
Par Nsengiyumva Desire ce mercredi 1er août 2012 à 00 : 01 : 09
bonne action de l’allemagne etje pense que d’ autres pays europeens vont suspendre l’aide au Rwanda COMME LES USA l’ont fait.
Par Bluck ce mercredi 1er août 2012 à 11 : 50 : 22
Ivyo Kagame yakora muri Congo bari babizi ! Mbere mukubimenya n’uko bagabura ivyibano ! Navyo ivyibano ukaba uzi ko bitera ubwenge buke canke umukoshi !
Par ce mercredi 1er août 2012 à 12 : 22 : 20
Que le Rwanda se retourne du coté de la Chine et des pays arabes, ils remplaceront l´aide occidentale.
C´est une erreur de la part des occidentaux. La RDC est incapable d´organiser son pays. Qu´on ne trouve pas le Rwanda comme le mal de la RDC.
En RDC, il y´a plus de 18000 soldats de la MONUSCO, mais aussi il y´a au moins 10 groupes rebelles disséminés à travers la RDC.
Par ce mercredi 1er août 2012 à 13 : 23 : 02
Imisi y’igisuma ni 40
Par giti ce mercredi 1er août 2012 à 14 : 34 : 13
Uguma wibaza ko uri igihangange naho uri igikoresho c’est bidon .
yiyunvira ko afise ubwenge ariko avec tous c’est aides personnes ne peut pas faire mieux meme plus que lui.
Hanyuma les Rwandais viennent d’etre humilier par l’opinion international eeee kumbe vyabintu vyooose bakora bari bafise ama aides angana uko uuuuuu ntaco mumaze .bwabundi
Mukirundi ngo uwutakuzi ntakurusha INKA (la richesse )
Tubarindiririye mwikorosi .
ingo mwihute eeee
Par Machozi ce jeudi 2 août 2012 à 05 : 41 : 44
Sinzi ivyo bagiriza Kagame ko ari vyo,ariko vyabavyo bitaba vyo ico mwomenya ni uko ata mu president numwe afise ishaka ryo guteza imbere Africa yigeze ashika kuco yipfuza.Abo bazungu no gucinyiza !!! Mbe uwobabaza ico bariko bakora muri Afganistan,icabajanye muri Irac,Lybie,... bokwishura iki ? Ntaco Imana izoteba yibuke Africa.Tuzoteba dushike aho twigaburira tutabanje kubatega amashi,ubona ko ivyo batoba vyose bakangisha imfashanyo !
Par karimurugo ce jeudi 2 août 2012 à 14 : 30 : 06
Ntarye ngwaryame nyimba yarashoboye kwibagiza no kuyovya l’humanité kubwicanyi yagiriye abantu mu mashamba yo murikongo n’ubu akiriko, IMANA YO IHORA IHOZE kuko barya bose bakerewe barabana bayo nkabarya bibukwa.
Par KANEZIYO ce vendredi 3 août 2012 à 17 : 40 : 49
KAGAME A DÉJÀ PLANTER LE CLIMAT DE LA TERRER EN AFRIQUE CENTRAL POUR-QUE TOUTES LES PAYS FONT PEUR DE LUI :
IL C’EST DÉJÀ MONTRÉ AU MONDE QU’IL EST PLUS-QUE DIEU QUI A CRAILLER CETTE TERRE :
MASSACRÉ DES CONGOLAIS PLUS QUE TOUTES LES ABATTOIRS DU MONDE ENTIER .
MÊME LES COCHONS A DE VALEURS PLUS QUE LES CONGOLAIS : C’EST VRAIMENT INADMISSIBLE .
Mr : KAGAME, JE VEUX VOUS EXPLIQUÉ UNE CHOSE DE MANIÈRE TRÈS CLAIRE, PUISQUE LA VÉRITÉ C’EST UNE CHOSE QUI DOIT ÊTRE DIT AVEC CONVICTION ::
MR : KAGAME,VAUX ACTES DE BARBARIE DE MASSACRÉ LES CONGOLAIS GRATUITEMENT SANS POUR AU TEMPS RÉFLÉCHIE, SA VA VOUS COUTEZ TRÈS CHERRE :
ET SI LE CONGOLAIS COMMENCE A DÉROBER LE SOIT DISANT TUTSI CONGOLAIS,VOUS SEREZ LE 1e RESPONSABLE DE LEURS MORTS COMME LA MÊME RESPONSABILITÉ QUE TU PRIS QUAND TU AS ÉCRASER L’AVION DU PRÉSIDENT HABYARIMANA QUI ÉTÉ AVEC LE PRESIDENT NTARYAMIRA-S DU BURUNDI :
MONSIEUR ; JE NE PEU PAS AVOIR PEUR DE DIRE LES CHOSE T’ELLE QU’ELLE SON ; AUJOURD’HUI VOUS ATTAQUÉ LES CONGOLAIS, MAIS NE PENCE VOUS PAS QU’IL VONT RESTÉ LES BRAS CROISER :: :
Par Issi COYISHAKIYE Jacques ce dimanche 5 août 2012 à 09 : 26 : 09
Kagame ntaho ataniye na Gustave/Major Pierre Buyoya. Intwaro z’abo bagabo babiri, zaratikije inganda zihenda abantu n’amakungu ko ari zo zishoboye, zibagira ko ziriko zirikwegera ibara. Sinzi reelement ico bitwaza canke ico bagomba gushika ko. Je mbona ko, ibintu bibandanij’uku biri, les tutsi risquent d’etre isoles ou mal vus. Abaja bumviriza radio y’u Rwanda, je crois qu’ils sont d’accord avec moi ko ibiganiro nka vyose bishimikiye ku vanguramoko.
Harageze ko abanyarwanda bose, abahutu, abatutsi n’abatwa bavira hamwe bakiyamiriza Kagame n’izo mvugo z’ubugome. Ntawutazi ko Kagame avec son armee FPR, ari bo soko ry’ubwicanyi bw’1994. Binasubiye, ingwano z’i Congo zibica bigacika, ni ako kagabo kabitera gafashinjwe n’ayo makungu mu kuyovya n’ugusahura imari ya Congo. Dommage kubona nos freres Congolais barera amaboko. Bari bakwiye kuba barihojeje gutamba no kuririmba, maze bakitwararika gukingira igihugu cabo. Mu guheraheza, ndasavye Nkurunziza Pierre na son Parti CNDD-FDD plus les Partis d’opposition burundaise ko batokwisuka mu vya Congo canke bahendwe n’abo bacangero/basesankuyoze.
Par ce jeudi 9 août 2012 à 02 : 35 : 42
ico umuntu yovuga burya naho bavuga ko atavyera ngo de ibkogwa yaramaze gukorera urwanda vyari vyiza cane. none ehe raba aravyononye akomba kwivanga na congo ivyo rero vyerekana ibwishime iyo umuntu abonye ko avugagwa ko akomeye aca agomba kurenza aho rero biba bigire bikunanire.kandi intaro nyishi zisenyuka uko niyitegereze kahise kibindi bihangange mugabo vyahejeje nabi.
Par ce dimanche 23 septembre 2012 à 21 : 51 : 05
mwese umuntu abunvirije , nta munya afrika akunda igihugu cawe , hari udusimbira hamwe twama dshigikira ivyo abazungu bavuze , muri libiya mwarabibonye uko vyagenze abazungu bifadikanije n’ abanyagihugu nkabo mpejeje kubona ivyo banditse bati tubatize umuhora musenyure izanyu bati ego , none muir lybia hari impore mubona iriyo bamwe ntibicuza mbega komwemera abazungu cane aho gushigikira bene wacu baba nya Afrika.Erega ibihugu vyanyu ntibizotwarwa n’ abazungu vyaraheze ,RDC nayo nitunganye ivy’ igihugu caco ntihagire uwo batako ishavu wawundi ati uwo binaniye.....Pour ce, j’ invite tous les citoyens des pays africains à prendre le destin de leurs pays en mains et non pas aller chercher les solutions là où elles ne sont pas de soutenir nos dirigents , ces derniers doivent mener leurs pouvoirs pour le peuple
|