Par Alidi hicuburundi ce vendredi 3 août 2012 à 11 : 14 : 05
Nukuri igiporisi nigikore ata gisure nakare igiporisi sichumugambwe nkuko cndd fdd iriko iragikoresha nka chagihe cha uprona.nukuri iyo mihimbiri ngo ni imbonerakure bamaze abanyagihugu nukubicha atakosa.nukuri ikimbabaje nuko abo bafunzwe wosanga bamaze imisi mikeyi mugasho bashobuja babo aribo batwaye igihugu bakabarekura,nukuri imana izobishura.
Par Kaguta ce vendredi 3 août 2012 à 15 : 13 : 03
il faut songer à l’adage burundi ngo"wanka kugarura impene ikiri hafi yamara kurenga imirambi ukabira nkayo"
Ces Imbonerakure qui ont le comportement criminel ne devaient bénéficier aucune couverture du parti CNDD-FDD kuko umuntu iyo abaye umubisha ntugire ngo asigara akorera uwabumwigishije gusa.
Par Alidi hicuburundi ce samedi 4 août 2012 à 10 : 28 : 06
iyo mihimbiri yicha iganatoteza abanyagihugu imenye ko ivyo bakora bizobagarukako nakare abagabo bararya imbwa zikishura.izombwa rero zitanguye kwishura.
Par uburake@hotmail.com ce samedi 4 août 2012 à 16 : 08 : 22
Uburundi twarabubayemwo, turabuzi. Uwushobora gutera ubwoba abandi abona ko ari agahambaye aho aherereye(=umurimo w’injavyi)
Kandi izo mbonerakure bamaze imisi bigira utwo bashatse, wosanga ata n’umwe muri bo yoshobora gusigura ikimutuma yigenza atyo.
Ubujuju ni bwo bubibatera !!!!!(Nimwame mwiyumvira ku ngaruka z’ivyo muba mugira mukore/mubwiwe gukora)
Mwa mbonerakure mwe(hamwe n’ababatuma) nimumenyeko amahoro n’umutekano ari vyo SOKO ry’iterambere n’ibindi vyose.
Nta ntambara igikenewe mu Burundi !!!!
Ikigezweho ni uguhubura abahuvye(n’aho bitoroshe) hakoreshejwe ibiganiro gusa.
Abanse kwumvikana n’abandi n’abo, umuti wabo urahari : abanyagihugu tuzobihakanira mu matora ata ntambara irinze kubaho.
None ubu ko abo bagiye mu buroko, boba bajanye n’ababoheje ?
Rwaruka rw’I Burundi, ndabasavye mwijukire ibikorwa bibateza imbere. Muri politiki nta nyungu nigeze mbona ku rwaruka uretse ko batugira ikiraro gusa.
Binabaye ngombwa mwohesha mukava mu migambwe, mugaheza mukaja ku mashure, abandi n’abo biyungunganye bakore : mwoye kurera amaboko, no gutoteza zina kiremwa muntu.
N’aho wogomba ukarara ubusa, iyo ata nduru zihari, nta ngorane kuko buraca ukarondera.
Par Claude ce samedi 4 août 2012 à 18 : 01 : 38
Basha za mujeri zirarubonye,nkeka nizindi mbonerakure zohakura icirwa ko ba NDAKUGARIKA naba Adolphe bariko bazihenda.
Par BIRABABAJE ce dimanche 5 août 2012 à 12 : 35 : 32
Iyo ni inkebuzo kuri urwo rwaruka rubura guhangayika ngo rurondere ubuzima nkabandi rwibaza ngo ruzokizwa nutwo dufaranga bahabwa n’abakuru bironderera guhishira ivyaha vyabo. Ikibabaje nuko hari ababaguma inyuma kandi babona ko iyo rugiye muri nankane, UTWO DUHUMBIRI NYENE bahenda nitwo tuhagwa, bene kwikingira nyene kandi bakaba aribo babica kugira ntibabamenere amabanga. RWARUKA menye ko atakindi kizobateza imbere atari ibikorwa, nayo izo mpembo muronka mubanje kwica abantu, mumenye ko atahandi muzozirira atari mu MPIMBA. Abandi nabo murabaza Jean Petit ingene bigenda !! Ugira hari uwamusumvya gukomera mu myaka ya 2005-2006 ???
|