Par Hicuburundi ce mercredi 15 août 2012 à 10 : 55 : 36
Nukuri nibara kubona umuntu azi amategeko akayahonyanga ayazi birababaje.none mubona amategeko azokora muburundi ?nukuri birababaje .
Par methou ce mercredi 15 août 2012 à 18 : 56 : 16
Nta gishasha mbonamwo kuva Uburundi bubaho !Ivyo vyamwyeho kiretse ko gusa bagize ikosa ryo ku munutsa ako kazi hakaba aho hambere ho utari muri système utamenya n’ibiriko biraba.
Turakwiye rero kuvuga tukagira n’ivyo twibuka kuko Uburundi si Paradizo...
Par Bazompora Ives ce mercredi 15 août 2012 à 19 : 48 : 01
Nous risquons de croire que le Burundi est vraiment maudit !
A quand len peuple aura-t-il une DEMOCRATIE ?
Par Issi COYISHAKIYE Jacques ce jeudi 16 août 2012 à 09 : 27 : 16
Umugani wa Methou, nta gishasha canke igitangaje kirimwo !! Nibaza ko umuntu wese akwiye kwiyubahiriza no gukingir’abiwe n’utwiwe. Mu Burundi, aho hambere, vyari ukundi. Umuntu yarahakana ubwoko bwiwe n’abiwe kugire abone ko buca. Ikinyeza agatima, ni ukumva uwo mu chauffeur, malgre ce risque d’etre chasse du travail, yagumye kw’ijunja yemera gupfira ikiri ku mutima wiwe maze yanka kuja mu Mugambwe CNDD-FDD. Ikindi twozirikana, ni uko "atawuvuka uno munsi ngo yuzure ingovyi". Uko bukeye siko bwira, nta murundi atabona ko democratie iriko iratera intambwe mu gihugu cacu. Rero, nta kamaro ko gushikuza canke kuguma duteran’imirarwe. En plus, "nta bagabo baronkera rimwe, baba basemana". Attendons notre tour.
Par Hicuburundi Alidi ce lundi 20 août 2012 à 18 : 28 : 29
Coyishakiye nukuri abantu nkamwe ni vyo vyiyunviro vyanyu nivyoguta uburundi mukaga,uti nibareke gusakuza ubona ivyo mukora mwe aba cndd fdd nivyogusakuza.umenye ko retour niyombi murasahura kandi amatora.
|