Attaque à Cibitoke : Un silence intriguant du gouvernement




Par: Marc Niyonkuru, , dimanche 4 janvier 2015  à 14 : 38 : 09
a

Le gouvernement du Burundi devrait sortir de son silence et dire aux Burundais les raisons qui ont été à l’origine de l’attaque d’hommes armés en province de Cibitoke. C’est l’avis d’Audifax Ndabitoreye ce dimanche, expert en relations internationale propos de cette attaque. Pour lui, le gouvernement a l’obligation plutôt de rendre compte à la population à propos de cette attaque.

Dans une interview qu’il a accordée à la Radio Isanganiro à propos de cette guerre qui dure bientôt 6 jours, l’ancien patron du service des renseignements burundais a été dur envers Bujumbura.

Pour lui, il est illogique que Bujumbura garde un silence assourdissant face à une attaque qui a emporté plus de 170 personnes en violation du droit international humanitaire que les militaires burundais n’ignorent pas.

Selon en effet Audifax Ndabitoreye , cette attaque laisse une série d’interrogations : « Qui sont les auteurs , pourquoi ont-ils attaqué et quelles étaient leurs objectifs en attaquant dans la localité » , s’interroge Audifax Ndabitoreye.

Le ton est plutôt tout autre à la présidence de la république. Willy Nyamitwe , conseiller principal à la présidence de la république chargée de la presse , information et communication, dit que les autorités concernées se sont exprimées dans les premiers jours. Selon lui, les journalistes ont été informés dans les premiers jours et le bilan leur sera donné en province de Cibitoke ce lundi lors d’une conférence de presse.

Les informations en provenance de Cibitoke ce dimanche font le bilan de plus de 80 assaillants et 15 militaires tués suite à ces affrontements. Les jeunes du parti au pouvoir auraient collaboré avec les militaires burundais lors de ces attaques. La population des 3 communes concernées déplore que certains assaillants qui se sont rendus pendant ces attaques aient été tués.




Twitter cet article// Partagez cet article sur Facebook

1765 ont visité l'article



Votre réaction sur l'article/émission/brève..

Par Rose Hakizimana   ce  dimanche 4 janvier 2015   à 15 : 35 : 08

Harya iyo unumye uba uvuze,leta irazi amategeko kunuma nukwo
izi amategeko yarenzwe kandi izi intango yiyo ngwano nigituma iyo ngwano yayigize,tusomye ibinyamakuru bitubwira ko imbere
yuko Bunyoni na adolpho bakugwa mu buzi bahoramwo bajanwa ahandi ko baribagize inama hamwe nutwara abamayimayi ku murembwe muri Commine ya Rumonge iyo nama yari yerekeye ugufashanya mu ngwano,Ikindi mutokwibagira ni nzu yerekanywe yuzuye ibigwanisho mbere documentation ikaba yaremeye ko ari ivyayo,Ikindi kiza cemeza ko iyo ngwano ari iyateguwe na Leta
nukwo iriko irasobanura abasoda amanama akagigwa mu mpisho
ikindi nukwo atanarimwe twari bwabone abasoda bakorana na milice ,tutari bwabone leta igira milice kandi ifise igisoda ni gipolisi



Par J.Luc Mbuye   ce  dimanche 4 janvier 2015   à 17 : 27 : 08

Ndi nka Rose : Ntivyumvikana ko abanyagihugu n’abapolisi bajana n’abasirikare k’urugamba kandi twumva ngo abasirikare bacu barazi akazi ! Turumva yuko bakara akazi keza muri Somalia, muri Centre Afrique, n’ahandi. None bigendagute ngo bananirwe bigeze muhira, iwabo, iwacu ? Abanyagihugu, bashake babe Imbonerakure canke imbonera hafi, canke abaribo bose ; nta nyigisho, ntabushobozi bafise bwo gucungera umutekena w’igihugu. Simpakanye yuko bashobora gufasha mukwerekana aho inkozi z’ikibi ziriko zirinyegeza, ariko, ntabwo aribo bakwiye kuja k’urugamba nkuko aribo barinda gusumba intwaramiheto z’igihugu zahawe imyitozo ikwiye kubijanye n’urugamba. Kandi, abo bapolisi nabo nyene, ntibakwiye gusubirira intwera miheto kuko akazi kabo sako kurwana kuko mutanguye kubagira abarwanyi, muzotuma bibigira akazi kabo yuko ari ako gukorana n’abanyagihugu bakorera abanyagihugu ! Muzosanga abapolisi batanguye kwitwara nk’abasirikare hagati mugihuga, hamwe batangura kubona umunyagihugu wese nk’umwansi bategerezwa kurwana nawe ! Erega hariho igituma abasirikare bategerezwa mumakambi yabo mugihe atantambara iri mugihuga, bakavayo gusa igihe bikenewe, canke bakavayo bagiye mukaruhuko(congé) kukoho bagenda atakigwanisho bafise. Umusirikare n’umuntu aba yagize imyitozo yo kurwana kandi umusirikare mwiza yama yiteguriye urugamba. N’ukuvuga, iyo umwatse ikigwanisho niho yumva muriwe y’uko Atari k’urugamba.-
Umupolisi, n’umunyagihugu asanzwe nk’abandi ; ariko umupolisi ahabwa ikigwanisho co kumukingira kuko akazi kiwe kagoye kuko ariwe agenda ahiga abagizi banabi kandi nabo bashobara kuba bitwaza ibigwanisho. Niwe acungera umutekano hagati mugihugu kuko nawe aritoza uburyo bwo gukorana n’abanyagihugu muburyo bwo guhiga no gufata inkozi z’ikibi. Umunyagihugu asanzwe, Atari inkozi y’ikibi ; ntakigwanisho yitwaza kandi ntamapingu aba afise. Umunyagihuga yitwaje ivyo bintu nawe aba aricokimwe nizo nkozi zikibi kuko aba ari umuntu ashobora kugirira nabi canke gukoresha nabi abapolisi bacu. Ubanyagihugu dutegerezwa kumenya yuko umupolisi n’uw’iwicu ariko umunyagihugu nkatwe yitwaje ikigwanisho we s’uwiwacu kuko umupolisi tuba tuzi ingene yaronse ico kigwnisho n’ingene ashobora kucakwa, ariko uwo munyagihugu agife ntituba tuzi ingene yakironse n’uko ashobora kucakwa.

Muri make, umusirikare ariho andi aronki imyitozo yo gukingira no kugwanira igihugu kugira ntigitegwa ngo gitwarwa n’abanyamahanga. Umupolisi, acungera umutekano w’abanyagihugu akaganya ikonzi z’ikibi zose iyo ziva zikagera hagati mugihugu. Umupolisi abanye igihugu catewa n’abontu bohanze canke abonye zakozi z’ikiba za karuhariwe zimurengeye niho asaba imfashanyo y’abamurengeye bibaye ngombwa hakarungikwa abasirikare.

Kirazira kikaziririzwa ko umunyagihugu aja kurwana n’inkozi z’ikibi canke abansi b’igihugu. Ico umunyagihugu ashobora gukora n’ukurwana n’umwansi yamuteye kurugo iwe, aho ashobora kumugwanisha ico ifise cose kuko ngo "utinya ingwe, ntutinya iyakwinjiranye !" Kandi ngo "Aho gupfa wozanzama !" n’ukuvuga ko watewa, naho woba utunze ikigwanisho muburyo butemewe, aho wemera yuko inkozi y’ikibi ikwica ufise ikigwanisho wogikoresho bibaye ngombwa ukagifungirwa.
Abasikire, nibaje kurugamba ! Abapolisi, nibacungere umutekano kuko niko kazi kabo - bashatse bashireho amabariyeri, canke bahagarike abantu muntumbero yo kurwanya ikibi. Abanyagihugu, ntankoho canke amapingu bagendana, ntabubasha bafise bwo gushing bariyeri kuko n’uwo bofata ata kigwanisho, ata mapingu canke agasho ko kumufunga bafise ntakuntu bomugumya kandi ntamyitozo babifitiye.

Abashinzwe umutekano w’i Uburundi, nimushire mugaciro ibikorwa vyanyu kandi mwame mwiyubare umutekano n’imibereho myiza y’abanyagihugu.

Murakoze !



Par Macaire Bacamurwanko   ce  dimanche 4 janvier 2015   à 17 : 54 : 22

Il ne faut pas dérranger ce que tu ne peut pas arranger !Ancien patron de la documenetation ????????? quelle raison ?azagutanga, mugihe tuzi inganda z,aba Députés bacu,aba Gouverneurs, Abashikiranganji, gushika naho bahera kuwari patron w,iyo documentation y,abafrodebu ataco yarishoboye,gushika kuri Kizigenza SE Ndadaye Mélchior unomunsi arafise ivyo abwira Leta ya CNDD-FDD imaza imyaka irenga cume ifise Uwutwara SNR arinze ahindurirwa amabanga igihugu cugaye, kimeze neza.
Audifax mbega nigute avuga ko Leta yahoze mugihe abo bateye atanumwe yigeze yivuga ngo yemanga ati nahangaye igisirikara c,Uburundi kubera dusaba ibi na birya mbere mpamagaye n,abandi bosi bumvise akamo ndabateye kandi bumva kovyarinkenerwa ko dushira mu migere kuko mu mashi vyarananiranye ! Abobantu twumva bavugirwa na ba Mbonimpa,Pacifique ko bahitiye badumasha Kiliba ondese nikubera iki ubuho batabatubwiye ? ko ico bazi ari kuririmba IMBONERAKURE GUSA ? Mbega iyimirwano no comventionnelle Leta yoshoka ibwira iki abarundi n,amakungu uko vyifashe bataratohoza mutenye bapfuye canke bafashwe bagizwe imbohe narirya nibazako abo aribo bovamwo source d,information ,none nuwufashwe ubwonyene Claver Mbonimpa aca avuga ngo bbafashe abanywanyi ba FNL. Iyinga rimwe rihaciye Leta iriko iratohoza vyukuri abobantu abaribo uwuvuga ko hari amakosa arakwiye kurengutswa akabisigura. Ndabivuge ndabisubire mugihe umuntu atemanga uwariwe ntaho ataniye n,inzige canke zamujeri nizo zo zahora zitera nkuko, kandi icogihe abarundi atawuvuyemwo bakwiye kuzirwaniriza hamwe. Nico gituma dans les conflits armés et guerre comventionnelle impande zosi zirwana zisabwa kubahiriza agateka kazina mutu, kuburyo uwishikanye akingirwa n,amategeko y,igihugu na mpuzamakungu, ndategera neza ko uwu canke uriya arashobora kwanka CNDD-FDD mugabo ntamwicanyi angana numuntu ashuhura urwaruka kwitega igisirikare atawamuhaye mission ngo amwemange kwamuzi ,uwemeye wese canke uwuzemera wese gufata iyo risque agomba kwemanga INKURIKIZI ZOSE UKU ZIJE ZINGANA,HABWIRWA BENSHI HAKUMVA UWUSHAKA KUMVA ,KUKO UWAGUSUTSE IYO UGUYE KURUGAMBA AIGARA ARIRIRA ,CANKE AKIFATIRA INDEGA AJA I BULAYA,NAZIRIKANA AKARORERO KARI IMBERE ,AMAZURU TURAVYE IVYABAYE 08 MARS 2014.



Par Donat MURAGO   ce  lundi 5 janvier 2015   à 01 : 23 : 55

IMPANURO YA KIVYEYI KU BARUNDI MWESE ;

Ne perdez pas vos energies. Oubliez tt ce qui presentement vs divise.Attaquez-vs au veritable fossoyeur de notre Nation : Pierre Nkurunziza.Mettez-le en quarantaine. Plus de doleances a lui adresser.Plus de ces appelations hypocrites de President la Republique,de Sebarundi ou de Commandant en Chef des Armees.

Attendez l’element declencheur : Le 3eme Mandat et le tour sera joue.



Par Apollinaire N.   ce  lundi 5 janvier 2015   à 14 : 42 : 49

Les élections ne pourront pas être organisées cette année 2015…rien ne peut plus être possible en 2015.



Par Rose Hakizimana   ce  mardi 6 janvier 2015   à 02 : 50 : 11

jEWE NSHAKA KWISHURA BACANAMWO Macaire buryaiyo utagira akazi
amazuru yawe ahora akugaburira canke aho wavuka maman wawe yakubwiye ngo imana yaramubajije ko imuhaye umwana yitwa umuhutu burya iryo zuru ryawe yoba ari bank ndazi ko wize mugabo abantu nkawe murasubira mwishule mwige imibano
nayo le 8/3/2014 mwama mwitwaza ntanumwe yishwe kandi nuwari gupfa yari kubazwa Leta yo yashoye igipolisi kurasa abanyagihugu atakigwanisho bafise kandi ikabasanga aho bibereye
kuvugira leta kuvyerekeye ukutahumuriza abishinzwe nukuri ndakwumva mugabo Incabwenge numenya ko aho ari hari abandi
akamenya kandi ko ico utashaka kugirigwa utokigirira abandi
murico gihe uba ubitse muri banke itahomba



Par Rose Hakizimana   ce  lundi 19 janvier 2015   à 23 : 02 : 03

Nahereye hagati sInishuye kuvyo watanguriye ko kuvuga ngo inganda za ba deputes na ba ministre zatikiye ,jewe numva watanze inyishu kuko baratubwiye ko mu kurungika abasoda baja mu Cibitoke mwarasobanura ni nama mwayigira mwinyegeje aho zitahora zigirigwa,baratubwiye kandi ko mwishe abatutsi baba abasoda canke abasivile sinari navyemeye none urabinyemeje
kuko kuzana ivya 93 ukongera ukavuga ngo kirya gihe nta gisoda mwari mufise, bivuga ko utwemeje koleta ariyo yagize kirya gitero co mu cibitoke mu ntumbero yo kwica abasoda ba baba tutsi no kuremeka kirya gitero kubo mutavuga rumwe
ABANTU NIBASOME NEZA IVYO BACANAMWO MACAIRE YANDITSE BAHEZE BAGIRE UNE ANALYSE



modération a priori

Ce forum est modéré a priori : votre contribution n’apparaîtra qu’après avoir été validée par un administrateur du site.

Qui êtes-vous ?
Votre message
  • Pour créer des paragraphes, laissez simplement des lignes vides.


Ecrire un message à l'auteur de cet article

Envoyer un message



Dans la même rubrique
a

Rumonge : La police des migrations accusée d’être corrompue



a

Rumonge de nouveau frappé par des intempéries



a

Mwaro : 17 maisons détruites ce Jeudi à Ndava suite à la pluie



a

Deux familles de Makamba demandent un ticket de retour depuis Muyinga



a

Un samedi fatal aux cuisinières des pêcheurs de Rumonge



a

Rumonge a accueilli une autre vague de réfugiés congolais



a

La nouvelle saison pluvieuse surprend le Burundi



a

Le rapatriement volontaire en cours au Burundi



a

Bujumbura : Des criminels attrapés à Gisyo



a

Matana : Un présumé trafiquant des enfants appréhendé





Les plus populaires
Rumonge : La police des migrations accusée d’être corrompue,(popularité : 52 %)

Expulsion de Pasteur Sosthène Serukiza ; L’Intérieur donne les raisons ,(popularité : 3 %)

Des soldats burundais tués en Somali : L’armée burundaise demande plus de prudence vis-à-vis des informations de toile ,(popularité : 3 %)

« Nous ne savons rien du fonctionnement des feux tricolores », disent certains conducteurs ,(popularité : 3 %)

Burundi : Trois personnes tuées dans différents coins la nuit du mardi à mercredi,(popularité : 3 %)

Burundi : Un groupe prêt à liquider A. Rwasa, révèle Jacques Bigirimana,(popularité : 2 %)

ISALE/SECURITE : Pontien BARUTWANAYO n’est plus,(popularité : 2 %)

Cambriolage des banques : Des bandits dans le filet de la police ,(popularité : 2 %)

RD Congo : Goma est tombé ou presque et le M23 ambitionne un grand gâteau ,(popularité : 2 %)

Bwiza : une nuit meurtriere,(popularité : 2 %)