Par niyondiko ce jeudi 20 septembre 2012 à 18 : 34 : 04
C’est purement dramatic. Quelqu’un qui a ete sur le banc de l’ecole et a ce jour, qui ose rassamblre les enfants hors des classes pour aller applaudir le long de la route le passage d’une personne parce qu’il est president !!!! Cela se fait uniquement au Burundi. None mubona turiko tuja hehe ? Gukura abantu kukivi, ukabashira kwibarabara, kugira batamarireimiduga , aho kubahimiriza kuguma mwishule ngo bige, ni akamaramaza.
Par UBAHA ce dimanche 23 septembre 2012 à 19 : 14 : 42
Niyondiko,
Ushatse kuvuga yuko igihugu giteye imbere kuburyo ivyo bitakigirwa. Kuntwaro zihitiye barabigira abantu tukaja kumabarabara kuraba umukuru w’igihugu. None ubu boca babireka kandi turiko turavyura igihugu. Umunyagihugu ategerejwe kureba uwumutwara uwariwe.
Amashule abarundi bayataye imyaka nimyaka bahunga bakabura ingene biga. Quitter la classe ou quitter le champ pour une heure pour toi cv’est terrible ? mais quitter la classe les annéés et les années c’est ça qui est terrible.
Erega uburundi burimwo abantu bagowe badashobora gutunga za télévisions ngo babone ibiriko biraba, ngo babone na déplacement z’umukuru w’igihugu.
Mbe wibaza yuko umuntu ari à la tete d’un pays ari igiki.
Ntabwo uba ubona ko ari indya nkurye.
Hanyuma umwana w’ishule azubwenge aca yigira nico ati nanje nzomere nkuko ngendera mumiduga.
Uwuvuye kwisuka nawe aje kuraba abo bashikiranganji n’umukuru w’gihugu aca avuga ati hinge nanje abana banje ndabashire mw’ishule bave mubujiji.
Moi je crois que tu n’as pas réfréshi avant de parler.
Où bien uri muri babantu baba bashaka ko abantu baguma ari ibijuju batamenya ibiba mugihugu . batazi ningene imodoka isa.
Ko bategerezwa kumenya ko umukuru w’igihugu atari n’importequi ari naco gituma bategerezwa guhaguruka bakamureba.
Mbe wewe iyo uciye kuri sokuru wawe tu enleve pas le chapeau, tu te soulève pas. Je crois que tu te souleve pour u n chef de famille seulement mais lui il est le chef de la nation de tous les burundais.
Mais toi il faut savoir préciser ce que tu veux mais je te dis la logique c’est ça.
Il a faut que tu ailles faire les cours du soir de logique.
Par jewe ce mercredi 26 septembre 2012 à 10 : 57 : 35
Uwo muntu yiyita Ubaha nikijuju pe !! None nkubu ko ku ntwaro ziheze abantu bicwa, nubu rero vyoca bibandanya, nog uko vyamye hambere hose nubu bibandanye gurtyo. Uri ikijuu canyuma
Par NDAYIZEYE DIOGENE ce jeudi 27 septembre 2012 à 20 : 43 : 58
Abantu batobato twarigorewe. Ehe ntuze wirariye ubusa nyoko yakuvyuje urushi ngo ca ngaha uje kwiga, hanyuma mwarimu akavuza inkoni gushika kuri shanike urindiriye indege ko yogwa
ata nagaswage ukoza ikiyoba kibisi bariguhembuze. Ewe NZARA jandajanda wishe ukiriko. Nta kundi ngo na MICOMBERO kwaruko. None havuye UMUTUTSI Nkomeramashi haja UMUHUTU Ntimurambirwe.
Par ce jeudi 27 septembre 2012 à 22 : 12 : 18
We ndikuriyo ngirango ndagusomere ntiwonyita ko ndikijuju ca nyuma nkagenda nta kwishuye. Mbega aho mba ikijuju niwe wanyigishije kwa ndika kuri ordinateur.
Ni wewe uriikijuju kubera tu compare l’incomparable.
Uguhagarara kwibarabara bisa bisaniyehe nibintu vyukwicwa.
None wewe ko uvuze ngo bahora bica ; nimba rero abahora bica barababonye reka rero bibonere abatica amaso kuyandi.
Kuki wewe ushaka yuko baba intabonwa, kandi ari abantu babereye ijisho.
Hako unyita ko ndikijuju wopfuma uvugisha ukuri ukavuga ivyo mupfa n’ubutegetsi jewe ntunteko ibiraka.
None ko wewe uzi ubwenge ko utagitwaye hanyuma ngo ubuze abazohora bagushengerera.
Aho tu veux que je soi découragée pour n’est pas écrire.
Par Lily ce lundi 1er octobre 2012 à 15 : 54 : 31
Genda uri ikijuju, tu ne vois que le bout de ton nez nta nuwogushavurira. Abo gutera imbere, gushira imbere ibikorwa, muguma musubira inyuma, on est plus au 19 ème siècle.
|