Radio-Télévision Isanganiro

Agathon Rwasa ariyamiriza ivyavuye mu matora


Agathon Rwasa arongoye urunani rw’abigenga AMIZERO Y’ABARUNDI ariyamiriza ivyavuye mu matora y’abajenama n’abashingamateka. Amenyesha ko azobanza kuvugana n’abo vyega kugira ngo barabe ico bokora kubiraba n’uko bashobora kwemera intebe baronse mu nama nshingamateka.

Quitter la version mobile