Memba asanzwe arongoye ishirahamwe Amical des musiciens du Burundi aratubwira ingorane abacuraranzi bagize muri bino bihe Uburundi buri mu ngorane.
Memba, président de l’Amical des musiciens du Burundi, parle des difficultés qu’ont eues les musiciens burundais pendant cette période de crise.
Ngo hari agahinda kenshi kubaririmvyi bari biteze ibiteramo vyinshi kandi bikomeye muri rino ci bitabaye bamawe muribo bakaba baciye baja murwanda aho biyungunganya, abasigaye nabo bakaba bifuza amahoro kugira basubire babukure mucibo bongere baruhure imitima yabakunzi bumuziki.
Uno munsi Isanganiro iha ijambo Member mundwi iza ikazoha ijambo Umuririmvyi Lolilo wewe yama ateramisha ibiteramo hirya no hino mugihugu ndets e no hanze yigihugu.
Tumwunvirize kizigenza w’abaririmvyi be n’abacuraranzi muburundi Bruno simbavimbere.
Avec les rendez- vous musicaux annulés qui étaient prévus cet été c’est la nostalgie qui restent chez les artistes chanteurs et instrumentistes selon le président de l’amicale des musiciens du Burundi Bruno Simbavimbere alias Member , certains sont partis voir ailleurs qu’au Burundi d’autres sont restés au pays bras croisés et d’autres encore se débrouillant comme lolilo qui va s’exprimer sur Isanganiro la semaine prochaine.
Écoutons le Président de l’amicale des musiciens du Burundi Bruno Simbavimbere alias Member
