Kugira ngo igihugu cogorore, abarundi bokwirinda intambara, maze uwutsinze mu nzira iz’ari zo zose nawe agatwarira abarundi bose. 
Jean Buregeya: uwutsinze yotwarira bose