Michel BUCANGANYA, umuhumure wo kumurwa mukuru wa karuzi asaba abarundi kwama na ntaryo bashira imbere ko ari abarundi, ngo kuko indyane ni inzanyi y’amazimwe. Ahanura abakiri bato kwama bafatanye munda kugira uburundi bazorarwa buze bube ubutekanye.
Michel BUCANGANYA, un homme âgé du chef-lieu de la Province Karusi appelle les burundais à développer un esprit nationaliste car, selon lui, les conflits politiques ne valent rien. Il conseille les jeunes à promouvoir l’unité nationale pour hériter d’un pays paisible.
Kirundi:
Français:
