Urwaruka n’umugwi uhambaye w’Igihugu ukwiye kubona kure ugakunda igihugu. Bivugwa na Furera Emmanuel Ntakarutimana yahoze arongoye umugwi w’Igihugu ujejwe agateka ka zina muntu (CNIDH). Ntirubwirizwa kurindira ko rusaza kugira ngo rutangure kurangura imigambi yo kwiteza imbere. Ngubuja gusha buratagata, agatanga akarorero k’Incungu yukwikukira niya demokrasi, batanguye kubona kure bagifise imyaka 24 uwundi 23. Furera Ntakarutimana avuga ko abayabaga bakwiye kwirera mubutwari, ntibarindire ico bakorerwa na Leta ahubwo ngo bayifashe gutera imbere.
Les jeunes burundais doivent développer un sens de vision pour leur patrie. Selon Frère Emmanuel Ntakarutimana qui fut président de la Commission Nationale Indépendante des Droits de l’Homme (CNIDH), ils sont appelés à être dynamiques et très exigeants envers les politiques vis-à-vis des projets de société. Face à la crise burundaise, ces ados devraient avoir ce sens d’entreprenariat pour ne pas tout attendre passivement du gouvernement mais plutôt l’aider à jouer pleinement son rôle. Ceux-ci ne doivent pas attendre qu’ils soient vieux pour penser à leur avenir.
Kirundi:
Français:
