Uburundi buherutse gufata ingingo yo kuva muri sentare mpuzamakungu mpanavyaha isasa i Lahe ariyo benshi bita CPI mu mpunyaphunyo. Mbega iciza kirimwo mu gihugu hari ivyaha biba vyarakozwe bivugwa ngo ni ndengerabutungane ni ikihe? Ubwo ho nta ngaruka iyo ngingo ishobora kuzanira igihugu? Kurikirana ikiganniro Inturire co ku wa 15 Gitugutu 2016