Radio-Télévision Isanganiro

Kansonga nokamenya, 25 Gitugutu 2016

Umunyagihugu wese arafise uburenganzira ku amagara meza nkuko ikigabane ca 25 c’amategeko y’ishirahamwe mpumakungu y’agateka ka zina muntu kw’isi yose. Ivyo bishikirizwa na Albert Mbonerane atwara urunani rwamashirahamwe aharanira agateka ko kugira amagara meza mu Burundi harimwo uburenganzira bwo kuvuzwa FNAS mukiganiro Kansonga no kamenya. Ni mugihe igenekerezo rya 25 Gitugutu ari umunsi mpuzamakungu wahariwe amagara meza kwisi yose.

Quitter la version mobile