
Inyuma y’ukwezi kwari guheze ikiganiro canyu KARADIRIDIMBA kidasamirana, kur’uyu wa Mungu muratangura kugikurikirana tukazogaruka kucegeranyo ca FIDH aho bamenyesha ko hashobora kuba génocide mu Burundi. umutumire wa Médard NIYONKURU akaba ari Martin NIVYABANDI umushikiranganji w’agateka ka zina muntu
Karadiridimba
