Mu gisagara ca Bujumbura, aho Isanganiro yashoboye guca ku mugoroba wo kuri uyu wa 7 ruheshi 2021, amatara ari ku mabarabara ntiyaka, bigatuma haba umwijima kuri ayo mabarabara. Abanyagihugu, bavuga ko abasuma n’inkozi z’ikibi bikika mu kiza bagategera abantu bakabakorera ikibi.
Haribonekeza umwijima ku mabarabara amwe amwe yo mu gisagara ca Bujumbura
