
Ikiganiro cari cerekeye inzitizi zishobora kwibonekeza mu kwinjiza no mu gusohora ibidandazwa mu gihe Uburundi bwinjiye mw’isoko rusangi rihuza ibihugu bihurikiye mu muryango wa Afrika y’Ubuseruko. Amandine Inamahoro niwe yari akiremesheje.
Umviriza:




