Duce akenge runtu, 18 ndamukiza 2015

http://www.filefactory.com/stream/6tg8iu7jo5xv/DUCE KIRUNDO DU 18 04 2015.mp3

Duce akenge runtu, 12 munyonyo 2011

Marie ange Nzeyimana abashikana muri site ya Gihinga isanzwe ibamwo abatwa akabaganirira ku bijanye n'ingene abana b'abatwa bahevye amashure ku bwinshi.Umviriza: