Inturire, 01 kigarama 2012
Cerekeye ingene abanyepolitike babona ingendo ya demokratie mu migambwe.
Inturire, 17 munyonyo 2012
Cerekeye ingorane z'amatongo hagati y'abasangwa be n'abahungutse.
Inturire, 02 munyonyo 2012
Cerekeye inzitizi zijanye nibikorwa vy'umurwi wa CNTB mu gihe hari isinzi ry'abarundi bariko barahunguka bava mu buhungiro.