Isoko rusangi, 24 rusama 2012
Cerekeye ingene igihugu c'Uburundi catunganije uburyo bwo gusuzuma ibidandazwa vyinjira mu gihugu.
Isoko rusangi, 08 kigarama 2011
Ingene abanyagihugu bo mu muryango wa Afrika y'Ubuseruko bava mu gihugu baja gukorera mu kindi (Circulation des services). Umviriza:
Isoko rusangi, 01 kigarama 2011
Cerekeye ibidandazwa birihishwa ama tagisi n'ibitarihishwa. Umviriza.
Isoko rusangi, 24 munyonyo 2011
Cerekeye itagisi nyongeragaciro, canke TVA/VAT.
Umviriza
Isoko rusangi, 10 rusama 2012
Igice ca mbere c'ikiganiro cerekeye ifaranga rimwe rihuza ibihugu vyo ku karere ka Afrika y'ubuseruko.
Isoko rusangi, 23 myandagaro 2012
Cerekeye umugambi ASSET mu buryo bwo kworohereza abadandaza kwinjiza no gusohora ibidandazwa.
Isoko rusangi, 22 kigarama 2011
Cerekeye inzitizi zibuza uruja n'uruza rw'abantu n'ibintu mu muryango wa Afrika y'Ubuseruko.Umviriza:
Isoko rusangi, 17 munyonyo 2011
Cerekeye ingene ibidandazwa birihishwa ama tagisi.
Umviriza:










