Isoko rusangi, 24 rusama 2012

Cerekeye ingene igihugu c'Uburundi catunganije uburyo bwo gusuzuma ibidandazwa vyinjira mu gihugu.

Isoko rusangi, 17 rusama 2012

Cerekeye ifaranga rimwe ririko ritegurwa rizokoreshwa mw'isoko rusangi rihuza ibihugu vyo mu muryango wa Afrika y'Ubuseruko.

Isoko rusangi, 10 rusama 2012

Igice ca mbere c'ikiganiro cerekeye ifaranga rimwe rihuza ibihugu vyo ku karere ka Afrika y'ubuseruko.

Isoko rusangi, 19 ndamukiza 2012

Cerekeye imigambi y'urwaruka rw'Uburundi yo kwiteza imbere mu karere k'isoko rusangi rihuza ibihugu bihurikiye mu muryango wa Afrika y'ubuseruko. Umviriza:

Isoko rusangi, 05 ndamukiza 2012

Cerekeye ingene ibidandazwa vyinjira bigasohoka. Umviriza:

Isoko rusangi, 29 ntwarante 2012

Cerekeye ingaruka z'igiturire kw'iyinjira ry'Uburundi mw'isoko rusangi. Umviriza:

Isoko rusangi, 22 ntwarante 2012

Cerekeye ku kungene amabarabara atunganijwe mu Burundi mu buryo bwo kworohereza abinjiza canke abasohora ibidandazwa mw'isoko rusangi rihuza ibihugu bihurikiye mu muryango wa...