Kansonga nokamenya, 15 rusama 2012

Cerekeye indwara ya cancer.

Kansonga nokamenya, 20 ntwarante 2012

Cerekeye indwara y'igituntu. Umviriza:

Kansonga nokamenya, 14 ruhuhuma 2012

Muri kino kiganiro, muganga Barnabé Mbonimpa avuga ku bituma abubakanye baba ingumba. Umviriza.

Kansonga nokamenya, 07 ruhuhuma 2012

Cerekeye ka gakoko bita ndombollo, abandi babakita signoline canke nairobi fly.