Kebuka wibaze, 29 ntwarante 2012

Hortence Iradukunda aganira n'abatumire biwe ku vyerekeye uburenganzira bwo gukora imyiyerekano.

Kebuka wibaze, 26 nzero 2012

Hortence Iradukunda ari kumwe na olivier Nkengurutse babaganirira ku ngingo umushikiranganji w'intwaro yo hagati aheruka gufata yuko imigambwe isubira gutanga amategeko ayigenga. Umviriza: