Kebuka wibaze, 23 ndamukiza 2015
http://www.filefactory.com/stream/5ikvzmd2p2hv/KEBUKA TUZOBAMESA DU 23 04 15.MP3
Kebuka wibaze, 18 nyakanga 2014
Umviriza:
Ugurura:
https://colibri-nest.com/isanganiro/wp-content/uploads/attachments/kebuka180914.mp3
Inyuma y’imyaka 55 iheze uwiguze intahe yo…
Inyuma y'imyaka 55 iheze uwiguze intahe yo kwikukira kw'Uburundi umuganwa Rwagasore Louis agandaguwe; ubutwari bwiwe buracafise ico bwomarira abarundi? Mbega abari mu migambwe,...
Kebuka wibaze, 16 gitugutu 2014
Ikiganiro cerekeye kurwanya indwara ya Ebola. Uburundi bukaba bwaronkejwe imfashanyo y'ibikoresho vyatwaye $200 gusa kugira bifashe gupima abinjira mu Burundi.