Ku nama, 23 Gitugutu 2016

Imyaka 23 incungu ya demokarasi mu Burundi Ndadaye Mélichior agandaguwe. Inyuma yiyo myaka yose demokarasi yoba yifashe gute ubu? Abanyepolitique mu bo bayibona...

Ku nama, 25 Nyakanga 2016

Inyaka 2 igiye kurangira umurwi ujejwe kumenya ukuri ku vyashikiye uburundi ushizweho, CVR. Mbega woba uriko ukora gute? Ugejeje he igikorwa? Kurikirana ikiganiro...