Nkunduburundi, 3 Nyakanga 2016

Ibiganiro bidasanzwe vy'abanyepolitique mu Burundi ku bijanye n'imigenderanira hagati y'imigambwe n'inani mu Burundi, inyuma y'amatora ya 2015. Kurikirana ikiganiro NKUNDUBURUNDI , gitegurwa na Radio...

Ikiganiro kidasanzwe ku vyerekeye urupapuro rw’inzira, 24/03/2014

Ikiganiro kidasanzwe ku vyerekeye ishirwa mu ngiro ry'urupapuro rw'inzira rujana ku matora ya 2015 nk'uko vyumvikanyweko n'abanyamigambwe muri ntwarante y'umwaka wa 2013.