Ikiganiro kidasanzwe ku vyerekeye indyane z’amatongo, 27 nyakanga 2012

Ernest Pablo Baryuwabo na Clarine Nkurunziza babashikana ku mutumba Nyabutare wa zone Muyange, komine Nyanza Lac y'intara ya Makamba.

Ikiganiro kidasanzwe ku buzima bw’igihugu, 19 ruheshi 2012

Ikiganiro kidasanzwe caremeshejwe n'abavugizi b'inzego zitandukanye barongowe n'umuvugizi wa reta hamwe n'uw'umukuru w'igihugu.