Ikiganiro kidasanzwe ku buzima bw’igihugu, 19 ruheshi 2012

Ikiganiro kidasanzwe caremeshejwe n'abavugizi b'inzego zitandukanye barongowe n'umuvugizi wa reta hamwe n'uw'umukuru w'igihugu.

Ikiganiro Président Petero Nkurunziza yagiranye n’abamenyeshamakuru mu Ruyigi, 19 kigarama 2014

http://www.filefactory.com/stream/5lmi5ctzgsuf/CONFERENCE PRESIDENT A RUYIGI DU 19.12.2014.MP3

Ikiganiro kidasanzwe ku vyerekeye urupapuro rw’inzira, 24/03/2014

Ikiganiro kidasanzwe ku vyerekeye ishirwa mu ngiro ry'urupapuro rw'inzira rujana ku matora ya 2015 nk'uko vyumvikanyweko n'abanyamigambwe muri ntwarante y'umwaka wa 2013.