Tahura utahuze abandi, 14 Ruheshi 2017

Ikiganiro tahura utahuze abandi c’unomusi, arico gice ca kabiri tukuyagira kuvyokorwa kugira uruzi Ntahangwa ntirusubire gusenyura amazu yubatse kunkombe zarwo. N’ikiganiro wateguriwe na Christella...