Ukuru gushirira mu kuyaga, 15 nzero 2012
Umviriza:
Ukuri gushirira mu kuyaga, 30 gitugutu 2011
Ni igice ca kabiri c'ikiyago Jérôme Niyonzima yagiranye n'umuganwa Charles Baranyanka. Umviriza>
Ukuri gushirira mu kuyaga, 23 gitugutu 2011
Jérôme Niyonzima abashikiriza igice ca mbere c'ikiyago yagiranye n'umuganwa charles Baranyanka, mwene Petero Baranyanka.
Umviriza:
Ukuri gushirira mu kuyaga, 09 gitugutu 2011
Jérôme Niyonzima aganira na Dr Jean Minani, umukuru wa FRODEBU nyakuri iragi rya Ndadaye.








