
Umviriza Inturire yateretswe na Arcade Havyarimana ari kumwe na Edouard Nduwimana umushikiranganji w’intwaro yo hagati, J.Baptiste Manwangari, inararibonya mu mugambwe Uprona, Léonce Ngendakumana arongoye umugambwe Sahwanya Frodebu hamwe n’urunani ADC-IKibiri, hamwe na Agathon Rwasa yemeza ko ari we ari kw’isonga rya FNL.




