Agathon RWASA asaba Petero Nkurunziza kuganira n’abatavuga rumwe na Reta kugira ngo hategurwe amatora meza kandi atekanye kandi atavangura. Amenyesha ko intwaro mfatakibanza ata kibanza ifise.
Agathon RWASA: Ibiganiro imbere y’amatora