Agathon RWASA: Ibiganiro imbere y’amatora Par Isanganiro - 16/06/2015 0 541 Agathon RWASA asaba Petero Nkurunziza kuganira n’abatavuga rumwe na Reta kugira ngo hategurwe amatora meza kandi atekanye kandi atavangura. Amenyesha ko intwaro mfatakibanza ata kibanza ifise.