Uburundi bushobora kurwiza abarwayi bo mumutwe bamwe bita abasazi Par Isanganiro - 29/07/2015 0 593 Kubera intambara,n’ubwicanyi abantu bahahuka baba benshi mugihugu, bagakenera kwivuza hakiri kare amazi atararenga inkombe , ivyo bitakozwe mumezi canke imyaka iza uburundi buzorwiza abasazi bensi. Ivyo bishikirizwa na Muganga Jean-Claude Cishahayo.