La femme est aussi capable

    0
    533

    Uwahoze arongoye iyahora ari komine Kinama yo mu gisagara ca Bujumbura ahamagarira abakenyezi kutikengera ngo bareke kwitoza mu nzego zitwara igihugu. ivyo akabivuga mu gihe biboneka ko igitigiri c’abakenyezi mu nzego zo ku mitumba ari gito cane.

    L’ex-administrateur de l’ancienne commune municipale de Kinama en mairie de Bujumbura exhorte les femmes de ne pas avoir peur de se faire élire dans les institutions dirigeantes. Elle dit cela au moment où le nombre de femmes élues dans les collinaires a sensiblement diminué.

    LAISSER UN COMMENTAIRE

    S'il vous plaît entrez votre commentaire!
    S'il vous plaît entrez votre nom ici