Quatre mois de silence radio : c’est inquiétant

    0
    491

    Inyuma yamezi ane amwe mumaradiyo namatelevision vyigenga vyo mu Burundi bidakora ; turacarindiriye ukuri kubatumye ivyo biba. Ko homenyekana umwe wese ikimwagira hanyuma ivyo bimenyeshamakuru bigasubira gukora abanyaguhugu bagasubira kuronka inkuru zitandukanye ; nico abari mumwuga wo kumenyesha amakuru basaba.


    Après la destruction et la fermeture de certaines radios et télévisions privées il y a quatre mois ; nous sommes toujours dans l’attente de la vérité sur les auteurs. Que les responsabilités soient établies pour enfin ré ouvrir ces medias ; c’est la demande formulée par les hommes et femmes des médias.

    Kirundi:

    Français:

    LAISSER UN COMMENTAIRE

    S'il vous plaît entrez votre commentaire!
    S'il vous plaît entrez votre nom ici