Concilia Nibigira arakebura Reta Par Isanganiro - 20/10/2015 0 507 Umugambwe w’abadasigana UPRONA uravunira akagohe Reta y’Uburundi ngo yegere abo bafise ico bapfa kugira imigenderanire hamwe n’ibindi bihugu ibandanye yifashe neza.