
Yisunze ikiringo c’amezi abiri umukuru w’igihugu yahaye inzego z’ubutungane ngo zibe zerekanye uruhara rwa bamwe n’abandi mw’ikubagurwa ry’abamenyeshamakuru Esdras Ndiukmana wa RFI, umushingwamanza Fabien Segatwa arizeko ko ubutungane bugiye kunyarutsa iyo dosiye.




