Duce akenge runtu, 27 Myandagaro 2016

    0
    533

    Inyuma y’itanganzwa ry’amanota yafatiweko ku banyeshure bo mu myaka y’10 n’iy’9 kugira bazoje mu nyigisho z’igice ca kabiri c’inyigisho y’ishure nshingiro, abana n’abavyeyi bavuga ko hari ivyo bataratahura mu bijanye n’ingene ivyigwa bizoba birunganijwe. Kurikirane ikiganiro Duce akenge runtu co kw’igenekerezo rya 27 Myandagaro 2016.

    LAISSER UN COMMENTAIRE

    S'il vous plaît entrez votre commentaire!
    S'il vous plaît entrez votre nom ici