Inyuma y’amakuba yagiye ashikira Uburundi, agahitana abantu batari bake; hari abahambwa ikivunga mu binogo rusangi Fosses communes mu gifaransa. Mbega vyoba bizwi, umurwi ujejwe kumenya ukuri no kurekuriranira CVR utegekanya gute kumenya no gukorera kuri ivyo binogo? Abo mu mashirahamwe y’ababuze ababo muri ivyo biza bo babivugako iki? Kurikirana iki kiganiro Kebuka Wibaze co ku wa 22.9.19