Mukenyezi seruka, 26 Nyakanga 2016 Par Isanganiro - 27/09/2016 0 569 Abakenyezi b’abarundikazi b’abagwizatunga barabandanya gushinga intahe zabo zingene bashoboye kwiteza imbere bagashika ku rugero rushimishije. Kurikirana igice ca kabiri c’izo ntahe; ni mu kiganiro {{Mukenyezi seruka}} co ku wa 26 Nyakanga 2016