Abanyeshure bashika ibihumbi 80 bo mu mwaka w’icenda w’ishurishingiro no mu mwakaw’icumi, nibobayobewe ca kibazo ca leta kibaha uburenganzira bwo kwunguruzwa. Ishirahamwe risanzwe rikurikirana ibijanye n’indero « Espoir de demain » rikabaryihaye igikorwa co gukurikirana abo bana, mu ntara ya Bujumbura ni Gitega mu kubigisha ivyigwa bazokora mu kibazo ca leta c’umwaka uza. Mbega bizogenda gute ? Kurikirana ikiganiro Duce akenge runtu co ku wa 1 Gitugutu 2016