Agateka kawe, 9 Gitugutu 2016

    0
    85

    Umukoresha wese yategerezwa gutangira umukozi intererano mu bigo vyabigenewe nka INSS na ONPR; ivyo navyo bigafasha umukozi iyo akukurutse mu kazi. Mbega gutanga intererano muri ivyo bigo bigenda gute? Umuntu yikora kuri ako gafashanyo? Vyinshi ni mu kiganiro Agateka kawe co ku wa 9 Gitugutu 2016

    LAISSER UN COMMENTAIRE

    S'il vous plaît entrez votre commentaire!
    S'il vous plaît entrez votre nom ici